Niyongere Eliachim @FlorenceIranku3
Né à Bubanza le 16/7/1994 ,je travaille en communication dépuis 2020, j'aime la lecture,le sport et la culture,je travaille avec le CLAC/CEBULAC depuis 2016 . Joined November 2022-
Tweets973
-
Followers740
-
Following411
-
Likes991
1/3: #Burundi:Kuri uyu wa 27/9/2025,Musitanteri wa @BubanzaCommune2 , #Jérémie_Simbagoye,yifadikanije n'Abenegihugu bo muri Zone #Musigati,mu bikorwa rusangi vy'Iterambere bijanye no gusukura iyo Zone nk'uko biri mu mahangiro yishize imbere. @MininterInfosBi . @KwaNtare .
2: Mw'ijambo yashikirije abaraho, Musitanteri wa @BubanzaCommune2,yemenyesheje ko bafise ihangiro ko iyo Komine itegerezwa kurangwa n'isuku mu mazone yose.Mugihe abarimyi bamaze gusohora isuka,yabibukije ko uwuzohabwa ufumbire ari uwuzoba yerekanye ko yaciye imikobeko.
3/3:Umushingamateka yatowe muri @BubanzaCommune2 , #Hon_Claude_Badugaritse,yafashe Ijambo ahamagarira abenegihugu kuja ku kivi mu bikorwa vy'Iterambere,gushira mu ngiro impanuro zose bahabwa n'indongozi,kwubahiriza ibiciro ,gutanga amakori kugira bashike kumbona kazoza y'Igihugu.
1/3 #Burundi:Ce 27/9/2025, L'Administrateur communal de @BubanzaCommune2 #Jérémie_Simbagoye,a participé avec la population de la zone #Musigati aux travaux communautaires de développement,centrés sur l’assainissement de la zone, conformément à ses engagements. @MininterInfosBi
Dans son allocution, l’Administrateur communal de #Bubanza,#Jérémie_Simbagoye, a rappelé que l’objectif est de faire de toute la commune un modèle de propreté.Il a aussi précisé que seuls les agriculteurs ayant déjà labouré recevront de l’engrais. @MininterInfosBi
#Bubanza:Mugihe yariko ashikiriza Musitanteri mushasha wa @BubanzaCommune2, Umukuru w'Igihugu c'Uburundi @GeneralNeva ,yamusavye gutwarira bose,guhindura ishusho y'iyo Komine,gutuza amarigara,gushira imbere iterambere rikomoka k'umwenegihugu rikongera rikamusubirako
#Bubanza:Imbere y'Umukuru w'Igihugu,#Jérémie_Simbagoye,Musitanteri mushasha wa @BubanzaCommune2,yamenysheje ko agiye kwitwarariko isuku,amazi meza,gushigikira cane igisata c'uburimyi n'ubworozi,indero n'ibindi
Inyuma yo gushikiriza Musitanteri mushasha wa @BubanzaCommune2,Umukuru w'igihugu yishikiye k'umutumba wa #Gahongore ,ahariko wimbwa ubutare bwa #Améthyste_Vert biciye mu mugambi #Paeej,mumezi 2 gusa bakaba bamaze kwimba itoni zirenga 100
#Burundi:Kuri uyu wa 25/9/2025,Umukuru w'Igihugu c'Uburundi,yifadikanije n'Abagumyabanga bo muri @BubanzaCommune2,mu gisabisho mpazamadini kirangiza ukwezi kwa Nyakanga,ico gisabisho citabwe n'indongozi z'Igihugu zitandukanye harimwo n'icegera c'Umunyamabanga mukuru wa @CnddFdd .
🔴 #Bubanza, Le Président de la République, @GeneralNeva, s’est rendu sur la colline #Gahongore, où se déroule l’extraction de l’*améthyste verte* dans le cadre du projet #PAEEJ. En seulement 2 mois, plus de *100 tonnes* ont déjà été extraites.
#Burundi:Ce 25 septembre 2025, le Président de la République s’est joint aux Bagumyabanga de la @BubanzaCommune2 pour une *prière interconfessionnelle* marquant la fin du mois de Septembre. Plusieurs autorités du pays y ont pris part,dont le Vice-Secrétaire général du @CnddFdd.
#Burundi:Lancement officiel de la campagne de vaccination contre le #paludisme à l'Hôpital Général de #Mpanda, en province de @BubanzaProvince.L'activité est rehaussée par @Burundi1stLady. @NtareHouse
#Burundi:Kuri uyu wa 17/3/2025, Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu @mspls_bdi ,bwatanguje k'umugaragaro Ibikorwa vy'urucanco rwo gukinga ingwara ya Marariya.Ivyo birori vyabereye muri Komine #Mpanda ya @BubanzaProvince ,bikaba vyatewe iteka na @Burundi1stLady.
1/3:#Burundi:Kuri uyu wa 21Nzero2025, Umushikiranganji w'Intwaro yo hagati mu Gihugu, #Martin_Niteretse,yakoranije indongozi ziresukira abenegihugu zo muri Komine yagutse ya #Bubanza muri @BubanzaProvince ,mu ntumbero yo kuyaga ku vyokorwa kugira bashike k'umbonakazoza.
2/3: Umushikiranganji wa @MininterInfosBi , #Martin_Niteretse,ahamagarira indongozi zo muri @BubanzaProvince ,kwumva ,kwumvira no kwubaha amategeko bahabwa n'igihugu harimwo no gukorera neza abenegihugu baserukira. @NtareHouse #Ayiwacu.
#Burundi:Kuri uyu wa 22/1/2025,Umushikiranganji w'Intwaro yo hagati mu gihugu ,#Martin_Niteretse,yabandanije ikiyago n'indongozi zo muri Komine yagutse ya #Mpanda muri @BubanzaProvince,akabahamagarira guhimiriza abo barongoye gushira imbere ibikorwa bibashikana kumbonakazoza.
#Burundi:Kuri uyu wa 4/2/2024,Umuhanuzi mu gisata c'amagara y'ibitungwa muri @BMineagrie ,yakoranije Inama ku bajejejwe Intwaro muri @BubanzaProvince n'abahinga mu magara y'ibitungwa,mu Ntumbero yo kwitegurira isekeza ryo gucandaga Inka ingwara y'Inyonko yo mu kiyaya ca Rift(FVR)
1/5: #Burundi:Kuri uyu wa 5/2/2025,Intara ya @BubanzaProvince yahimbaje imyaka 34 irangiye habayeho amasezerano y'ubumwe bw'abarundi. Ivyo birori vyahimbarijwe muri Komine ya #Bubanza bikaba vyatewe iteka n'Umushikiranganji wa @mincotim ,#Léocadie_Ndacayisaba. #Ayiwacu.

Ntonôna mu Rugàámb... @harmless_tweep
2K Followers 1K Following Husband, dad, educator, peacebuilder, free thinker but hesitant when pushed to endorse and confident when I believe I don't offend. Think wise, act just☮️
Mutarambirwa Theophil... @Mutarambir38449
41 Followers 524 Following
Mack Quitzon @MQuitzon11974
87 Followers 4K Following
Niyo Davy @niyodavy91
519 Followers 8K Following
Japhet Ntiharirizwa @257jaja
13 Followers 178 Following
Cadeau Manassé NDUWA... @CadeauN46302
2 Followers 75 Following
Niyukuri Clément @Niyuyuyumentcl2
257 Followers 2K Following Le bonheur de demain dépend de nos choix d'aujourd'hui
Majambere Claude @MajambereC21274
186 Followers 722 Following
Abdoul Karim MUGENZI @karim_mugenzi
58 Followers 495 Following
โลกนี้ม... @surinthr60445
6 Followers 222 Following
Aristide Niyobuhungir... @Ni32509Aristide
25 Followers 306 Following
NDUWAYO Elvis @elvis_elv72272
5 Followers 137 Following
Ndayisavye Ladislas @NdayisavyeL
0 Followers 93 Following
COALITION BURUNDI BWA... @BwaBose2025
274 Followers 1K Following Notre mission a pour changer notre patrie en un pays où règne la démocratie anthropocentrique et le développement durable.
Umar Yahaya @UmarYah75149577
424 Followers 2K Following PHARMACIST ||HEALTH COMMODITY LOGISTICS ||AGRIBUSINESS || CRYPTO ENTHUSIAST
NKUNDURWANDA @VNdikumana42350
303 Followers 5K Following
révolution Muleliste... @kasongo_he71668
835 Followers 7K Following
Elvis IRADUKUNDA @ElvisIRA8
134 Followers 2K Following
mouche @rutogota_d568
484 Followers 6K Following
Esperance Kaneza @KanezaEspe39538
9 Followers 88 Following
✨Emilly✨ @roshellmonay871
27K Followers 3K Following Hello💫 My life is an eternal quest for balance. I work in real estate, but there is always room for beauty and magic inside me💗 My Onlyfans free trial link 👇
KEZIMANA Ange-Kelly @Rakwize
34 Followers 72 Following
Claude barampama @Claudebarampama
40 Followers 604 Following
Elyphase Ndayininahaz... @ElyphaseNd65320
314 Followers 2K Following
Ir.Vianney @ir_vianney21596
53 Followers 777 Following
Nduwayo Jean Félix @NduwayoJea36001
5 Followers 118 Following
bostonndikubwimana @bostonndikubwi1
79 Followers 405 Following
Ciza Freddy @CFreddy93970
14 Followers 68 Following
Mahoro @MahoroKuriTwese
20 Followers 445 Following
Jonathan Hatungimana @johadelb1
667 Followers 4K Following Mon opinion est personnelle et je respecte les avis des autres
Niyonshuti Marc @Niyonshuti25784
6 Followers 141 Following
Igiraneza @Martial_Benjam1
2K Followers 1K Following #Umutwip | Barcelona FC | Interested in IT and Security of Systems | Finance and Banking #Burundi 🇧🇮
Tresor Ndihokubwayo @NdihoTresor1
102 Followers 965 Following Only God can stop my life& Vaux de mourir debout 🇧🇮 🇧🇮
Thérèse Kanyange @TKanyange4
3 Followers 70 Following
scott e entertainment @abbytech_edu
778 Followers 6K Following This account is for my youtube channel: https://t.co/XKipbmLRQ7 for more visit my youtube channel and subscribe as your support .
Ngayabihema Leonidas @ngayabihema
81 Followers 279 Following
Politika @NdayisabaAugus8
188 Followers 966 Following
Martinez Lopez @Ctn2068766
0 Followers 83 Following
marinohiti @marinohiti
217 Followers 2K Following
Félouse NSABIMBONA @felousen
2K Followers 161 Following Passionné des médias et de la culture du monde. Psychologue de formation et communicateur de profession.
RwASA Iddy @IddyRwasa48947
77 Followers 259 Following
Manirakiza Zacharie @ocelot20020
12K Followers 8K Following Patriote Burundais,partisans de la paix, mon Pays d'abord,Nta wuvuma uw'Imana itavumye
Ntonôna mu Rugàámb... @harmless_tweep
2K Followers 1K Following Husband, dad, educator, peacebuilder, free thinker but hesitant when pushed to endorse and confident when I believe I don't offend. Think wise, act just☮️
Veva Ngoga @veva_ngoga
86 Followers 317 Following
Amb.Gamaliel NKURUNZI... @gamankurunziza
10K Followers 6K Following President of the Supreme Court of The Republic of Burundi.
UWIZEYIMANA Innocent @UwizeInn
379 Followers 750 Following
DiegoBurundi @DieudonneBucumi
325 Followers 1K Following 🇧🇮 Fiers d’être Burundais. Toujours. Partout. Ni Iteka kuba Umurundi
Dismas @AbbDismas
443 Followers 5K Following
MANIRAKIZA Ezechiel @MANIRAKIZAEze15
60 Followers 614 Following Qualified in Travel and Tourism Management,studying at University of tourism, technology and Business studies ,doing international Businesses is our career
BASABOSE Antoine CNDD... @AntoineBasabose
407 Followers 1K Following
TUYISHIME Jean Claude @JClaudetuyi
202 Followers 712 Following Né à Bubanza,je travaille dans l'encadrement des enfants.
Jean Claude NSHEMEZIM... @Jeanclaudenshe
237 Followers 329 Following Spécialiste en Management des organisations, option commerce Marketing, Leader , jeune entrepreneur et charismatique
RUKUNDO Giggs @Rugiggs
831 Followers 708 Following Fais ce qui me vient à l'esprit/Do what comes to my mind ( your days are counted)
NIYONGERE Annociate @NIYONGEREII
448 Followers 869 Following
Havyarimana Jean Clau... @Havyari61017290
643 Followers 3K Following Admis à l'Université du Burundi à l' IPA Kirundi-Kiswahili depuis l'Année académique 2021-2022 . Je suis chrétien . Je suis patriote.
Félouse NSABIMBONA @felousen
2K Followers 161 Following Passionné des médias et de la culture du monde. Psychologue de formation et communicateur de profession.
BARAKAMFITIYE Ernest @ErnestBara75262
2K Followers 7K Following
Lionel Arakaza @LionelArak10994
62 Followers 569 Following
Ir Elias Nshimirimana @EliasNshim52126
433 Followers 1K Following Ir Civil Bâtiments et infrastructures 🇧🇮 @Burundi university
NIJIMBERE Lydia @LydiaNijim70629
251 Followers 417 Following
Simon Bazirutwabo @SBazirutwa79356
731 Followers 995 Following Représentant Général des Étudiants à l'Université du Burundi. 2023-2024
NDAYIHIMBAZE Thacien @NDAYIHIMBAZETh3
682 Followers 2K Following Burundais et défenseur et promoteur des droits de l'homme
Canesius Niyonkuru @CanesiusNiyonk2
704 Followers 3K Following Admis à l'Université du Burundi en l'an de 2020-2021🇧🇮 Anthropologue de terrain/Guide Touristique/BKC/ communication, patriote.
J Bosco Niyonkuru @JBoscoNiyonkur2
241 Followers 967 Following
N J P Johnson @njpjohnson43
1K Followers 2K Following
alexis_nshimi @alexis_nshimi
130 Followers 985 Following
Niyonkuru Claudine @NiyonkuruC56108
514 Followers 2K Following
VUTUR'IMITEGO @GitegaVuturaa
3K Followers 2K Following Le Compte Twitter du Groupe WhatsApp VUTUR'IMITEGO GITEGA, créé le 4/2/2015, a pour objectif de soutenir la politique du parti Cndd-Fdd et de son gouvernement.
Wilson Niyibigira @WilsonNiyibigir
263 Followers 1K Following Kinésithépeute,Pht à l’hôpital de la police du Burundi/ A Bujumbura- Chaussée d’Uvila( 2016-2018).
bigirakoze dieudonne @BigirakozeD
19 Followers 220 Following
Bosco NDAYISHIMIYE @boskus1
232 Followers 327 Following #Burundi-🇧🇮ian, born in @Gitega, Expert Advisor at @MinTFPSS_bdi, former student at @UB_Rumuri (🇧urundi), @IRAdeMetz and #University_of_Strasbourg (🇫rance)
NTIRANDEKURA @Fortus68
94 Followers 478 Following
Assurance A.V.I.A @assurance_v
207 Followers 465 Following A.V.I.A vous offre toute une gamme de Produits d'assurance vie.
Mr René Doris Irakoz... @irakoze_rene
171 Followers 566 Following Republic of Burundi Diplomatic Administrator in Africa Diaspora Union(AFRIDU)
FICA Burundi @FICA773569695
442 Followers 656 Following (Fica) C'est l'entreprise de divers services (les gâteaux de divers fêtes, production de agro-alimentaire, participation de la protection de l'environnement,...
Adam Maua @BARANSADAM1
77 Followers 684 Following
Bernard Nizigiyimana @BernardNizigiy2
22 Followers 150 Following
BAROS @BAROS17619039
152 Followers 334 Following