-
Tweets2K
-
Followers405
-
Following258
-
Likes68
Hari igihomoka kigeramiye indimo z’abenegihugu ku mutumba #Murambi, zone #Gasenyi, komine #Buganda, mu ntara ya #Cibitoke. Abafundi b’indimo n’abajejwe intwaro bavuga ko kimaze gutwara amahegitari atari make, kandi ko kiguma caguka. #Hirya_No_Hino
Imyaka 20 kuva habaye ubwicanyi bwahitanye impunzi z’abanyamulenge zirenga 160, muri zone Gatumba, komine Mutimbuzi, intara ya Bujumbura. Kuri uwu wa kabiri ni ho bibuka ababo.
Imyaka ibiri irarumanye kuva hadutse intambara hagati y'Uburusiya na Ukraine. 📌Ni intambara imaze guhitana abantu isinzi ku mpande zose harimwo abasirikare. Yatumye kandi ubutunzi bw'isi buhungabana cane bivuye ku bihano amakungu yafatiye Uburusiya.
Umushikiranganji w'imigenderanire w'Uburusiya Sergei Lavrov aritezwe mu Burundi kuri uwu wa kabiri. #Burundi #Russie #Hirya_No_Hino
Ku wa gatandatu uza ni ho hazokwibukwa abamaratiri b'i Buganda. Mu gihe hasigaye indwi kugira ibirori bibe, mu kibanza bizoberamwo ari naho bagandaguriwe, abantu baharurwa mu majana menshi baza bamaze kuhashika. Ku wa gatandatu hitezwe abakirisu ibihumbi n'ibihumbi
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye n'uw'Urwanda Paul Kagame babarizwa muri Nigeria. Bompi bitavye igikorwa co kurahira c'umukuru w'igihugu wa Nigeria kizoba kuri uwu wa mbere. #Burundi #Hirya_No_Hino
Kuri uwu w'Imana, «Diaspora ndundi » yo muri #Ouganda yakiriye abanywanyi bashasha. Gusangira urukanywa, umurisho w'ingoma,... Ni bimwe mu vyaranze ibirori. #Burundi #Hirya_No_Hino
#Kenya -Abantu 10 bitavye Imana bahitanywe n'ikamyo yacitse amafire ica irabahurunganya. Vyabereye mu karere ka #Migori, mu burengero bw'ico gihugu. Benshi mu bapfuye ni abagendesha ipikipiki. N'umudereva yahasize ubuzima. Iyo kamyo yari itwaye umuceri. #Hirya_No_Hino
#Nigeria - Urubanza rutangaje! Mu gisagara ca Kano, ubutungane bwategetse umugabo umwe kuba yagurishije isake atunze hatarenze ejo. Iyo sake yagirizwa kubuza agatiro ababanyi mu kuguma ibika mu kajagari igihe baba biryamiye. #Hirya_No_Hino
Abanyagihugu bo mu ntara za Makamba, Rutana na Ruyigi boba bagiye kwiruhutsa ? Ibarabara rya 11 (RN11) rihuza izo ntara ryatanguye gusanurwa. Imashini zashikanywe i Muzye, mu ntara ya Rutana, aho zari zaherekejwe n’umushikiranganji w’inyubako Dieudonné Dukundane. #Burundi
Abanyororo 293 bahora bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba ni bo baraye batezuriwe. 93 muri bo bari bakwije ica kane c’umunyororo. 200 na bo bahawe ikgongwe c’agateganyo. #Burundi
Abo basirikare bagiye gushinga ibirindiro mu turere twa #Kirolirwe na #Kitchanga. Bazofasha cane mu gukingira abanyagihugu no kunagura uruja n’uruza. #Burundi
Kuri uwu w'Imana, Perezida w'Urwanda Paul Kagame yahaye umubonano umushikiranganji w'Uburundi ajejwe ivya EAC Ezchiel Nibigira. Nibigira n'abamuherekeje bajanye ubutumwa barungikanywe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye. #Imigenderanire #Burundi #Rwanda
Imyaka 33 irarumanye kuva Nelson Mandela avuye mu buroko. Kw'igenekerezo rya 11 ruhuhuma 1990, ni ho yarekurwa aridegemvya inyuma y'imyaka 27 yari amaze apfunzwe. Haciye hatangura ibiganiro bigamije gukuraho Intwaro ya karyanishamiryango «Apartheid». #Burundi
Paul Kagame yitavye ya nama ya EAC igira ibere i Bujumbura mu mwanya. Iyo nama yatumweko na Evariste Ndayishimiye kugira bige ikibazo ca RD Congo. #Burundi
Kuri uwu wa gatandatu, mu gisagara ca Bujumbura, harabera inama yihuta y'abakuru b'ibihugu vya EAC. Yatumweko n'umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye asanzwe arongoye EAC. Baja gusuzumira hamwe ingene umutekano wifashe mu buseruko bwa RDCongo. #Burundi
Kuva kuri uwu wa kane, umugambwe CNDD FDD watanguje amasengesho yo gushimira Imana. Azomara imisi itatu. Azorangirira kw’ikoraniro ry’uwo mugambwe. #Burundi
Ngendakumana Jean Pat... @ngendapatrick
47K Followers 2K Following #TownHall257🇧🇮.Member of Kabaza WebTV. Managing Director @ Mohloba Global Trading Pty (Ltd). Tweets are personal. Email : [email protected]
KABURAHE @AntoineKaburahe
80K Followers 2K Following 📰Journaliste depuis 1992 |🎓 Diplômé ESJ Lille & Paris | 📊 Analyste & Consultant 🌍#Burundi & Grands Lacs 📚 Écrivain & Éditeur | Fondateur de @iwacuinfo
Burundi On The Map @burundionthemap
74K Followers 1K Following 🇧🇮 Your #1 gateway to Burundi | 🌍 Burundi’s Unofficial PR Minister | [email protected] |👇🏿 Useful links
esdras ndikumana @rutwesdras
76K Followers 2K Following journaliste @RFI Service Afrique, ancien correspondant de RFI et AFP au Burundi
Sindayihebura Rénova... @sinrenovat
32K Followers 9K Following 1st Counsellor | Burundi Embassy Beijing, China | Former Mukaza Admin | Ex-Advisor Ntare House | MEAL & Journalism/Communication | MSc Project Management | BEM
NKUNZIMANA Joseph @NKUNZIMANA98301
2K Followers 3K Following Expert en communication | Écrivain | Ancien de l'administration communale de Ndava | Expert réseaux sociaux | « Les mots bien dits bâtissent des ponts. »
Christine Havyarimana @ChristineH29387
6 Followers 69 Following
Ntibashirakandi Libé... @LiberatNTIBASH
3K Followers 7K Following
Ezéchiel Nzoyikorera @EzchielNzo45877
12 Followers 218 Following
kikukama Migo charles @KIKUKAMAMIGO
0 Followers 66 Following
Niyitegeka Vedaste @NiyitegekaVeda4
0 Followers 2K Following
Clovis Hatungimana @Hatungimanaclo
3 Followers 78 Following
hagenimana janvier @hagenimanajanv8
202 Followers 959 Following
NSANZERUGAMBA @nsanzerugamba
104 Followers 706 Following
Eric Ndihokubwayo @EricNdihokubwa8
0 Followers 10 Following
Ntirampaga Vénuste @SwiswivetusV
27 Followers 158 Following Amis de la nature, protecteur de la biodiversité.
NIHORIMBERE Innocent ... @Nihorimbere98
760 Followers 1K Following Patriote🇧🇮: -RGAEUB:023-024, -Entrepreneur&professionnel:Ingénierie civile,Architecture,Immobilier,fournitures. -atelier de menuiserie - Aménagement&urbanisme
IRADUKUNDA Jean deDie... @IRADUKU6910763
1 Followers 75 Following
ndays @ndays88
0 Followers 491 Following
Arthémon Karikurubu @arthemon_kariku
3 Followers 71 Following
Kanzinya Initiative @KanzinyaI
18 Followers 169 Following We promote Human and socioeconomic development, Technology transfer, and Access to basic services & cultural products [email protected]
Icoyitungiye Blaise @IcoyitungiyeBl2
5 Followers 389 Following Ce que Dieu élève dans ses propres mains
yuan junior @yuan2junior
152 Followers 2K Following Praise be to ALLAH *undergraduate @DaawaFaculty حسبي الله ونعمة الوكيل #Teacher #interpreter Gmail: [email protected]
Nahishakiye Gordien D... @DiomedeGordien
9 Followers 68 Following
Seeker @Seeker75565340
41 Followers 641 Following
Nahimana Nadine @NahimanaNadine2
4 Followers 31 Following je suis gentille,mais il faut pas abuser de moi
Igiraneza @Martial_Benjam1
2K Followers 1K Following #Umutwip | Barcelona FC | Interested in IT and Security of Systems | Finance and Banking #Burundi 🇧🇮
Laurent Ruchat @LaurentRuchat
39 Followers 428 Following
Emile Nibasumba @EmileNibasumba
4K Followers 2K Following Data Journalist|Fact-Checker | Founder @LeMandat2 | Journalist @radio_rpa Author of this Documentary https://t.co/qOT8pcXFJm
NDAYISENGA Fernand @ndafernand
68 Followers 3K Following Communicateur | Journaliste | A étudié à l'Université du Lac Tanganyika | Chef de service PIMBU à Butanyerera 🇧🇮🇧🇮
umuhanza🇧🇮 @Ryandabernard
30 Followers 465 Following
Iraharira J. Claude @Iraharirab
9 Followers 53 Following
HARERIMANA Floribert @HARERIMANAFlor7
8 Followers 104 Following
Amb.Frederic Gaterets... @NgogaFred
16K Followers 8K Following Senior Regional Peace and Security Expert. Retweets not endorsements. All opinions my own.
Manirampa Abraham @ManirampaAbrah7
41 Followers 248 Following
Belly Chanella IRAKAB... @BIrakabaho
19 Followers 148 Following
Bwarame Donatien @NdihokubwayoDo6
53 Followers 171 Following
Umuhinga yigenga @yigenga
105K Followers 919 Following « La seule chose qui permet au mal de triompher est l’inaction des hommes de bien » LES FAITS RIEN QUE LES FAITS
Ntare Rushatsi House @NtareHouse
256K Followers 16 Following Bienvenue sur le compte officiel de la Présidence de la République du #Burundi.
SE Evariste Ndayishim... @GeneralNeva
269K Followers 13 Following Président de la République du Burundi (2020-2027) - Président en exercice de l’Union Africaine
Jimbere @MagazineJimbere
147K Followers 146 Following Magazine par, pour les Jeunes & Femmes du #Burundi. [email protected]
AKEZA Burundi @akezanet
149K Followers 21 Following Toutes les beautés du Burundi en un clic |+257 22 28 10 39
Ikiriho @Ikiriho
103K Followers 983 Following Média d’information et d’analyse sur le Burundi et l’Afrique de l’Est. Actualité, décryptage et grands enjeux régionaux.
KABURAHE @AntoineKaburahe
80K Followers 2K Following 📰Journaliste depuis 1992 |🎓 Diplômé ESJ Lille & Paris | 📊 Analyste & Consultant 🌍#Burundi & Grands Lacs 📚 Écrivain & Éditeur | Fondateur de @iwacuinfo
Burundi On The Map @burundionthemap
74K Followers 1K Following 🇧🇮 Your #1 gateway to Burundi | 🌍 Burundi’s Unofficial PR Minister | [email protected] |👇🏿 Useful links
Primature de la Répu... @BurundiGov
146K Followers 29 Following Bienvenue sur le compte officiel de la Primature de la République du #Burundi, #PrimatureBurundi
esdras ndikumana @rutwesdras
76K Followers 2K Following journaliste @RFI Service Afrique, ancien correspondant de RFI et AFP au Burundi
Amb. Albert SHINGIRO @AShingiro
117K Followers 5K Following African Union Special Envoy for Gabon and Equatorial Guinea & Former MoFa of Burundi & PR to the UN, UN Nelson Mandela Prize committee (2020)
Louise Mushikiwabo @LMushikiwabo
780K Followers 303 Following Secrétaire générale de la Francophonie
Amb. Willy Nyamitwe @willynyamitwe
205K Followers 4K Following Ambassador of the Republic of #Burundi for #Ethiopia, #Chad, #SouthSudan, #Djibouti, #Israel, #Eritrea, #AU, #UNECA & #OSC. @BurundinAddis
CNDD-FDD @CnddFdd
117K Followers 20 Following Conseil National de Défense de la Démocratie - Forces pour la Défense de la Démocratie. Parti vainqueur aux élections de 2005, 2010, 2015 et 2020 au Burundi.
Israel Mbonyi @Israelmbony
139K Followers 149 Following Then I heard the voice of the Lord saying, “Whom shall I send? And who will go for us?” And I said, “Here am I. Send me!”
Yaga Burundi @YBurundi
114K Followers 79 Following Les autres annoncent, et nous, on explique. Si vous cherchez des scoops, passez votre chemin.
IWACU Burundi @iwacuinfo
152K Followers 249 Following Compte officiel des rédactions d’Iwacu, média d’informations générales au #Burundi – Official account of Iwacu newsrooms, to know everything about #Burundi
RFI @RFI
5.0M Followers 771 Following Suivez l'actualité du monde et de l'Afrique en direct 24h/24h➕@RFIAfrique @RFI_eco @RFIsports @RFI_FrFacile @RFIMusique @RFImag ✈️ Telegram : https://t.co/wiIfz2cHtA
Pacifique NININAHAZWE... @pnininahazwe
178K Followers 4K Following Militant des droits de l'homme et de la démocratie au Burundi. Panafricaniste. Retweets= not endorsements
Uganda Peoples' Defen... @MODVA_UPDF
110K Followers 45 Following UPDF is a nonpartisan force, national in character, patriotic, professional, disciplined, productive and subordinate to the civilian authority
Muhoozi Kainerugaba @mkainerugaba
1.4M Followers 2K Following Official Twitter account of Gen.Muhoozi Kainerugaba, Chief of Defence Forces (UPDF) and SPA/SO.
Rand Paul @RandPaul
6.0M Followers 810 Following U.S. Senator for Kentucky | I fight for the Constitution, individual liberty and the freedoms that make this country great.
Premier League @premierleague
46.3M Followers 81 Following The official account of the Premier League 📲 @OfficialFPL | @PLforIndia | @PLinUSA | @PLinArabic
Chamath Palihapitiya @chamath
2.5M Followers 1K Following Social Capital 8090 God is in the details.
Critical Threats @criticalthreats
116K Followers 902 Following An @AEI project focused on understanding threats and tracking global challenges | Contact us: [email protected] | Media requests: [email protected]
IMFURAYACU Jean Luc @imfuraluc01
290K Followers 801 Following 🇷🇼 Sports Journalist, Christian , Team #PK
Clarisse Uwimana @uwimaclarisse
255K Followers 406 Following Former footballer | AFCONx3 | World Cup x1 | Brand Influencer |Play International Role Model| MC | Sports ❤️⚽️
RadioTv10 Rwanda @Radiotv10rwanda
485K Followers 334 Following Official Account of Radio/TV10. Rwanda's Number One Private Radio&TV Station! Simply Rwandaful, Customer Care: +250784444444 [87.6 FM, 99.0 FM, 93.6 FM]
NIWEMWIZA Anne Marie @Annemwiza
323K Followers 2K Following Dedicated Journalist | Committed to Accountability, Fairness, and Professionalism with Integrity | Social Media Specialist | IVLP Alumni |📍My tweets are my own
Rwanda Ministry of De... @RwandaMoD
548K Followers 1K Following The Official X handle of the Ministry of Defence - Government of Rwanda
Rwanda Broadcasting A... @rbarwanda
731K Followers 140 Following Official Account of Rwanda Broadcasting Agency (RBA). Home of @RwandaTV ||@Radiorwanda_RBA || @MagicFM_Rw || @KC2_RW || @MagicSportsTV_ & 5 Community Radios
Rwanda National Polic... @Rwandapolice
833K Followers 254 Following The Official account of Rwanda National Police.
IGIHE @IGIHE
872K Followers 7 Following News & Media powerhouse based in Kigali, Rwanda. Follow: @Storykast_ | @inoventyk | @IGIHEKulture | @IGIHESports
BBC News Gahuza @bbcgahuza
94K Followers 167 Following Ikaze kuri BBC Gahuzamiryango, sangira ibitekerezo, kurikirana amakuru atabogamye.
Global Investigative ... @gijn
114K Followers 6K Following The global hub for investigative journalism, sharing resources, stories, events, and jobs. Find #GIJN's regional feeds, here: https://t.co/v5y7sCredk
GIJN Africa @gijnAfrica
36K Followers 3K Following The global hub for investigative journalism, sharing resources, stories, events, and jobs. Follow GIJN's regional editions here: https://t.co/X0JXgtNHWL
Nathalie Yamb @Nath_Yamb
533K Followers 1K Following Défenseure de la souveraineté africaine. Résolument engagée pour une Afrique affranchie des tutelles.
GIJN en français @gijnFr
11K Followers 96 Following Réseau international de journalisme d'investigation @gijn partageant ressources, enquêtes et opportunités. https://t.co/JdHAZ61Dok
Demba Diop @dembadiopci
77K Followers 36 Following Ivoirien, Ingénieur, Industriel, Investisseur, Père, Époux et écrivain. Auteur de « Le Jour Montant » ❤️
LSI AFRICA @lsiafrica
188K Followers 2K Following Pour suivre l'actualité de l'Afrique et du Monde en temps réel, suivez LSI-AFRICA.
Cohérence @coherence_e
244K Followers 3K Following Réflexion sur l’histoire, l’actualité politique, culturelle et littéraire, pour une «société française sûre d’elle-même, ouverte au monde et fraternelle»
Denis Mukwege @DenisMukwege
372K Followers 117 Following Chirurgien Gynécologue; fondateur & médecin directeur de Hôpital Panzi, président @PanziFoundation, @PanziUSA, Prix Sakharov 2014, Prix Nobel de la Paix 2018
gijnAfrique @gijnAfrique
2K Followers 681 Following Réseau international de journalisme d'investigation partageant ressources, enquêtes et opportunités. Suivez nos éditions régionales ici : https://t.co/blIxoxyOa
Wits Centre for Journ... @Journ_SA
13K Followers 1K Following Official account of the WCJ. Home to: @WitsVuvuzela | @jamlabafrica | @WitsJusticeProj | @AIJC_Conference | @witschinaafrica | @citizenjusticeN | @vow_881
Edouard Bizimana/ MoF... @Edbiziman
4K Followers 17 Following Proudly Burundian, Defending Burundi is no shame rather a badge of honor.
OMS Afrique @OMS_Afrique
23K Followers 263 Following Compte X officiel du Bureau régional de l'Organisation mondiale de la Santé pour l'Afrique - OMS/AFRO.
President CVR du Buru... @burundi_cvr
19K Followers 1K Following
The Wall Street Journ... @WSJ
22.3M Followers 1K Following Sign up for our newsletters and alerts: https://t.co/QevH0DLQi8 | Got a tip? https://t.co/iXIigdPjEZ | For WSJ customer support: https://t.co/DZgH9n53qg
BBC World Service @bbcworldservice
637K Followers 713 Following News, views and highlights from the BBC's international radio station.
BBC News (World) @BBCWorld
42.4M Followers 17 Following News, features and analysis from the World's newsroom. Breaking news, follow @BBCBreaking. UK news, @BBCNews. Latest sports news @BBCSport
Filip Reyntjens @freyntje
25K Followers 24 Following Emeritus Professor of Law and Politics, Institute of Development Policy, University of Antwerp. Works on the African Great Lakes Region. RT ≠ endorsement
Bureau of African Aff... @AsstSecStateAF
187K Followers 1K Following Official account of @statedept's Africa Bureau. Terms of use: https://t.co/eLfpILVjz7
KANYUKA Lawrence @Lawrenckanyuka
1K Followers 1 Following
Central Bank of Rwand... @CentralBankRw
133K Followers 86 Following The National Bank of Rwanda is Rwanda's Central Bank mandated to ensure price stability and a sound financial system. Email: [email protected]
Louis Duclos @ObsDelphi
77K Followers 2K Following 🇫🇷 Consultant en Géopolitique et Influence | Défense | Guerre Hybride | Diplomatie Abonnez-vous : https://t.co/RCeHkLoCQ4 📧 [email protected]
BBC Media Action @bbcmediaaction
66K Followers 2K Following The BBC’s international charity, not Licence Fee-funded. We reach millions with media & communication to address global poverty, insecurity & inequality.
Le Renouveau @LeRenouveauBdi
58K Followers 360 Following Le Journal Le Renouveau est le seul Quotidien d'informations
Ministère des Financ... @FinancesBdi
13K Followers 128 Following Ministère des Finances, du Budget et de l'Economie Numérique
Steve Wembi @wembi_steve
550K Followers 87 Following Criminologist, Investigative Reporter, Freelance Journalist and War reporter. CEO of @infosdirectC expert security. Spin Doctor
Rachel Kitsita Ndongo @rkitsita
639K Followers 2K Following Journaliste DG Actu30Tv( A30TV) 00243824191502. https://t.co/vJRFOkqy9Z [email protected]. [email protected]
Kamala Harris @KamalaHarris
21.0M Followers 699 Following Always fighting for the people. Wife, Momala, Auntie. She/her. 107 Days available now.
Lawrence KANYUKA @LawrenceKanyuka
81K Followers 568 Following CHEF DU DÉPARTEMENT DE LA COMMUNICATION ET MÉDIAS & PORTE-PAROLE DU FRONT POUR LA REFONDATION DE LA NATION (FRN)




















