RegionWeek | Kir @RegionWeek_Kir
Amakuru yizewe ava mu #Burundi,no Mukarere ka East Africa. Aya makuru tuyakesha @RegionWeek | Tel: +257 22281351 E-mail: [email protected] kir.regionweek.com Bujumbura, Burundi Joined April 2012-
Tweets3K
-
Followers1K
-
Following30
-
Likes173
🔴 Kigali imenyesha ko yamenye ko imipaka yugawe ibibonye mu binyamakuru Ivyo biri mw'itangazo Reta y'Urwanda yaraye isohoye ku mugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 11 Nzero 2024. m.facebook.com/story.php?stor…
@EmmanuelMacron yagenye mu mabanga yo kuba umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Ubufaransa Gabriel Attal w'imyaka 34 . Bikaba bivugwa ko yoba ari we wa mbere nk'umushikiranganji wa mbere ari mu murwi w'abahuza ibitsina babisangiye mu mateka ya #France. m.facebook.com/story.php?stor…
@GeneralNeva ahejeje kugena Joseph Ndayisenga kuba uwugendanira umukuru w'igihugu (Chef du protocole d'Etat). Ivyo biri mw'itegeko ry'umukuru w'igihugu no 100/001 ryo kuri uyu wa 6 Nzero 2024. N'ibiki mwomenya kuri Joseph Ndayisenga? 👇facebook.com/share/p/8zaWiS… #Burundi
#Diplomatie —Umugambwe #APDR usaba reta y'Uburundi gukurikiranira hafi uruza n'uruza rwabava mu Rwanda harimwo n'amashirahamwe mpuzamakungu muri ibi bihe biganisha ku matora.👇 m.facebook.com/story.php?stor… #Burundi #Rwanda @RwandaGov
@nancymutoni yahora ari umunyamabanga ntunganyabisata ajejwe kumenyesha amakuru mu mugambwe @CnddFdd, yaronkejwe ayandi mabanga , aho agiye kuba umunyamabanga nshingwabikorwa mu murwi #CVR. Akaba asubiriye @ButoyiEvelyne yagiye guserukira u #Burundi muri #Zambie.
🔴#Rwanda - #Burundi @GeneralNeva ati : " …amakungu nagondoze ubwo butegetsi butagira ubuntu…" @PaulKagame ati : "..ndagira mbabwire ko tudashobora kwihanganira kunengwa no kuvugwa nabi uko vyaba bingana kwose nubwo kenshi biba bidafite ishingiro."👇 m.facebook.com/story.php?stor…
🔴#Flash —Reta y'Urwanda yamirira kure ivyo yagirizwa n'umukuru w'igihugu @GeneralNeva ku bijanye no gufasha umuhari Red Tabara. Ivyo biri mw'itangazo @RwandaGov ihejeje gusohora mw'ijoro ryo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29/12/2023. facebook.com/share/p/H69CJH…
🔴#Burundi — #Rwanda : Umukuru w'igihugu @GeneralNeva agabisha Reta y'Urwanda kureka kubandanya ifasha umuhari Red Tabara kuko ngo bizohava biteranya abenegihugu b'ibihugu vyompi. #Regionweek @YolandeMakolo @RwandaGov
@GeneralNeva avuga ko hoba hariho abarundi bari mu barwanyi ba #M23 Mu kiganiro yagiranye n'abamenyeshamakuru hamwe n'abanyagihugu kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Kigarama 2023 mu ntara ya @CankuzoProvince m.facebook.com/story.php?stor… #Burundi #Rwanda #RDC #Abatwip
🔴#Politique —Evariste Ndayishimiye abona ko inryane zose ziri mu mugambwe CNL zose zoja ku gatwe k'umukuru w'umugambwe CNL Agathon Rwasa... facebook.com/10006807783539… #Burundi #Rwanda #Abatwip
#Politique —Abantu 79 nibo bariko barahiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu muri #Senegal Kugira ngo wemererwe kwitoza muri ico kibanza , itegeko rigenga amatora rivuga ko uwitoza atanga ingwati y'imiriyoni 30 z'ama CFA (45.000 €). m.facebook.com/story.php?stor… #Burundi #Abatwip
🔴#Politike : Haraye havutse iyindi migambwe 2 mishasha 📌 Uwa mbere ni FPI (Fraternité des Patriotes Ineza) wa Prof Francis Rohero. 📌 Uwa kabiri nawo ni umugambwe AND- INTADOHOKA (Alliance Nationale pour la Démocratie) wa Prof Gaspard Kobako m.facebook.com/story.php?stor… #Burundi
#RDC: Félix Antoine Tshisekedi niwe yongeye gutsinda amatora y'umukuru w'igihugu Mu biharuro vy'imfatakibanza vyerekana ko mu ntara 21 kuri 26 zigize ico gihugu, Felix-Tshisekedi ariwe aza imbere ku majwi 4 835 253 ni ukuvuga ibice 77,34%. m.facebook.com/story.php?stor… #Abatwip
🔴#Umutekano — "Abantu 20 nibo baraye bahitanywe n'igitero c'iterabwoba caraye kibereye mu Gatumba Ico gitero cabereye ku ngo 9, gihitana abantu 20 harimwo abana 12 ; abakenyezi 3 hamwe n'abagabo 5 Abandi 9 bakomerekeye muri ico gitero. " @BurundiGov m.facebook.com/story.php?stor…
🔴🐔#Politike —Umugambwe @SahwanyaFRODEBU usaba @GeneralNeva kubogoza umushikiranganji wa @MinCommerce Marie Chantal Nijimbere n'umushikiranganji Ibrahim Uwizeye kuko batashoboye gutanga umwizero ku benegihugu ku kibazo kijanye n'ikena ry'igitoro... m.facebook.com/story.php?stor…
🔴#Ibitoro : @HonSinzohagera yabajije @MinCommerce ati : "Mwiyunguruje gute mwebwe ? Mwashitse ngaha gute ?" Bamwe mu basomyi bacu bati : " Pasteur Habimana yaremeye ko yozana igitoro kirihwa mu marundi. Ati none habuze iki kugira ngo yoroherezwe?" facebook.com/share/p/NLddx1…
Ibanki nkuru BRB imenyesha ko abahanahana amafaranga biciye mu birimba canke "Cirques" hamwe n'ibikorwa mu ruyeri rw'ukudandaza amafaranga vyitirirwa ngo ni ukuduzanya bitarekuwe n'amategeko kandi bihungabanya ubutunzi bw'igihugu. m.facebook.com/story.php?stor… #Burundi @BankiNkuru
@ParcemBurundi iti : "Bibaye ngombwa n'abanyamahanga ni bahabwe uburenganzira bwo kwinjiza igitoro mu gihugu" m.facebook.com/story.php?stor… #Burundi
🔴#Isanganya —Imodoka y'igipolisi yatembagaye ihitana umuntu 1 abandi 5 barakomereka. Iryo sanganya ryabereye muri RN 7, ku birometero 31 uvuye i @MairieBuja uja i @MwaroProvince. Mu gitondo co kuri uyu wa 11/12/2023 nk'igihe c'isaha 1. m.facebook.com/story.php?stor… #Burundi
Prosper Ntahorwamiye ahejeje kubisikanya na Jerôme Niyonzima mu mabanga y'umunyamabanga wa Reta. Ivyo vyabaye mu gitondo co kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Kigarama 2023 Jerôme Niyonzima akaba azoba ari n'umuvugizi wa Reta. facebook.com/share/p/61zwJh… #Burundi #Abatwip
Amb. Willy Nyamitwe @willynyamitwe
205K Followers 4K Following Ambassador of the Republic of #Burundi for #Ethiopia, #Chad, #SouthSudan, #Djibouti, #Israel, #Eritrea, #AU, #UNECA & #OSC. @BurundinAddis
Amb. Albert SHINGIRO @AShingiro
117K Followers 5K Following African Union Special Envoy for Gabon and Equatorial Guinea & Former MoFa of Burundi & PR to the UN, UN Nelson Mandela Prize committee (2020)
Amb.Gamaliel NKURUNZI... @gamankurunziza
10K Followers 6K Following President of the Supreme Court of The Republic of Burundi.
REGIDESO Burundi @Regideso_bdi
47K Followers 475 Following Une Société de production et de commercialisation d'eau et d'électricité au Burundi.
Burundi Ombudsman @OmbudsmanBI
44K Followers 5K Following
AJAPAFRICAINE @ajapafricaine1
3K Followers 5K Following AJAP, est une organisation africaine de la Jeunesse qui a vu le jour le 23.04.2007 en commune et province Cankuzo, Burundi. L’initiateur est Mr Eric NSENGIMANA.
Nancy-Ninette MUTONI @nancymutoni
45K Followers 2K Following Chief of Bureau in charge of Information and Communications-Spokesperson for His Excellency the President of the Republic of #Burundi
Nubwacu Yves Lionel @LionelYves
19K Followers 2K Following Conseill technique chargé des traités et conventions Bilatéraux et Multilatéraux à Ntare House . Mes tweets n'engagent que ma personne et n'ont rien d'officiel.
Gakiza Fierté @gakizafierte
7K Followers 6K Following
Renewal Party @P58991Party
23 Followers 1K Following 🌱 Renewal Party(Parti du Renouveau)| Ensemble pour un Burundi meilleur. #Burundi
S Hakizimana @hakizimana6023
0 Followers 59 Following
Moem @aaron_mois54543
40 Followers 305 Following
HAKIZIMANA Deo @HakizimanDeo
2K Followers 7K Following Fondateur du #CIRID, Enseignant et artiste devenu journaliste, écrivain, diplomate et homme politique. Commissaire CVR burundaise (Dec. 2018- Juin 2022).
Gerard Ntahomvukiye @GerardNtah50535
112 Followers 1K Following
Jackson SINZOYIHEBA @Sinzo_Jackson
15 Followers 184 Following
Uburundi mumisokoro y... @katlegobusisiw
102 Followers 126 Following
Feza SIFA @FezaSifa1
0 Followers 15 Following
Pheonix007 @chrismanit65643
328 Followers 7K Following
Anna Johnson @AnnaJohnso6669
5 Followers 156 Following
Kikwe Mavula @KikweMavula
0 Followers 14 Following
Muribijombo @jere69210463
45 Followers 308 Following
Claver Niyongabo @ClaverNiyo12910
14 Followers 244 Following
Congointelligence @Congointel66518
458 Followers 3K Following
NDIHOKUBWAYO Faustin @NDIHOKUBWAYOF14
590 Followers 3K Following Bachelier ds la FLSH en dépt de Socio-anthropologie, option de Sociologie à l'UB, journaliste à la Radio @IrebeFM 91.4Mhz
lievin ngoy @ngoy_lievin
2 Followers 87 Following
Nishemezwe simeon @Mabesini257
1 Followers 11 Following
OLUCOME Burundi @olucome_burundi
8K Followers 700 Following Observatoire de la lutte contre la corruption et les malversations économiques (+257 22 252 020)
@jimbo @NIMBONAJEROME
120 Followers 6K Following
Faith @takimana75
29 Followers 330 Following
Joël Nibigira @JoeNibigira
173 Followers 694 Following Peace and Governance activist. Tweets are mine but retweets are not endorsement
Lucas Sztandarowski @lsztandarowski
607 Followers 5K Following ⚖️ Juriste numérique | 📖 Auteur | 👨💼 Consultant
Bertrand Ntuk @NtukamazinaBer1
87 Followers 1K Following
Orlando Girirembo @girirembo66
1 Followers 111 Following
Samuelo Jangoo Bakina @BakinaJangoo
24 Followers 34 Following
Ezechiel Nijimbere @EzechielNijimb1
16 Followers 250 Following
Ntirandekura @ntirandajan
182 Followers 1K Following
Nsabumuremyi Firmin @nsabumuremyifi1
12 Followers 126 Following Activiste de la Société Civile, Originaire de la Commune Nyanza-Lac, Zone Muyange, Province de MAKAMBA,Secrétaire de l'AVSPDD depuis 2019à nos jours.
Picton Nderonziza @al_picton
110 Followers 609 Following I'm a young African male devoted to social changes
Viclème Samandari @samandari798923
107 Followers 1K Following
Jérôme Nimbona @jerome_nimbona
148 Followers 4K Following
CITOYEN BENI @inkona1993
99 Followers 602 Following Organisation ayant l'objectif de la consolidation de la paix, le soutien de l'idéologie Burundaise, de la culture Burundaise et le changement des mentalités.
SGT Chadrack NDAYISAB... @Nd17232Chadrack
12 Followers 170 Following
Venuste K. Bizoza @KernelBiz
306 Followers 6K Following
ironsi @Sinewalker3
1 Followers 20 Following
Ben Iso @bisokozan
31 Followers 671 Following
O.G. Hurricane🇧�... @Kibest91
229 Followers 879 Following Learning something new everyday..#DayDreamer
niyonkuru saidi @niyonkurusaidi3
194 Followers 1K Following
akiy @kiay10
41 Followers 678 Following
Etienne NSENGIYUMVA @EtienneNSENGIY4
22 Followers 254 Following
Elvis Vyum @elvis_vyum
15 Followers 236 Following
Philimini Uwiragijima... @PhiliminiU64619
0 Followers 37 Following
Maga Blessings @MagaBlessings
10 Followers 483 Following
Armel Mugisha @ArmelMugisha
22 Followers 347 Following With 10 years’ experience in education, resilience and peace building programs. Armel Mugisha works for Interreligious Council of Burundi (IRCB) as P.M
SE Evariste Ndayishim... @GeneralNeva
268K Followers 13 Following Président de la République du Burundi (2020-2027) - Président en exercice de l’Union Africaine
Ntare Rushatsi House @NtareHouse
256K Followers 15 Following Bienvenue sur le compte officiel de la Présidence de la République du #Burundi.
Angeline Ndayishimiye... @Burundi1stLady
124K Followers 14 Following Première Dame de la République du #Burundi. Fondatrice de la Fondation Bonne Action/B.A Umugiraneza (@action_bonne)
Amb. Willy Nyamitwe @willynyamitwe
205K Followers 4K Following Ambassador of the Republic of #Burundi for #Ethiopia, #Chad, #SouthSudan, #Djibouti, #Israel, #Eritrea, #AU, #UNECA & #OSC. @BurundinAddis
Amb. Albert SHINGIRO @AShingiro
117K Followers 5K Following African Union Special Envoy for Gabon and Equatorial Guinea & Former MoFa of Burundi & PR to the UN, UN Nelson Mandela Prize committee (2020)
CNDD-FDD @CnddFdd
117K Followers 20 Following Conseil National de Défense de la Démocratie - Forces pour la Défense de la Démocratie. Parti vainqueur aux élections de 2005, 2010, 2015 et 2020 au Burundi.
AKEZA Burundi @akezanet
149K Followers 21 Following Toutes les beautés du Burundi en un clic |+257 22 28 10 39
RTNB @RTNBurundi
141K Followers 467 Following Radio-Télévision Nationale du Burundi - Suivez le fil info de la rédaction web.
MAEIRCD @MAEBurundi
48K Followers 635 Following Ministère des Affaires Étrangères, de l’Intégration Régionale et de la Coopération au Développement
Amb.Gamaliel NKURUNZI... @gamankurunziza
10K Followers 6K Following President of the Supreme Court of The Republic of Burundi.
GATONI Rosine Guilene @Gatoni_RG
20K Followers 148 Following Porte-Parole du Chef de l’Etat SE @Generalneva/Presidente du Conseil Communale de Mugere /Secrétaire National du @cnjbdi
Nancy-Ninette MUTONI @nancymutoni
45K Followers 2K Following Chief of Bureau in charge of Information and Communications-Spokesperson for His Excellency the President of the Republic of #Burundi
Nubwacu Yves Lionel @LionelYves
19K Followers 2K Following Conseill technique chargé des traités et conventions Bilatéraux et Multilatéraux à Ntare House . Mes tweets n'engagent que ma personne et n'ont rien d'officiel.
MIREGO | AFRICA @Mirego_Africa
417 Followers 25 Following #Brand | #Communications | #Corporate_Events | 📱+257 76 742 742 | ✉️ [email protected] |
RegionWeek @RegionWeek
2K Followers 35 Following Information that matters, about Burundi and the East African Community. Tel: +257 22281351 | e-mail: [email protected]
Ndayikeza Pascal @PascalNdayikeza
89 Followers 342 Following Former Journalist at @RegionWeek | Content contributer| Editor at The Baptist Chronicle E-mail: [email protected] https://t.co/MmsdXloJ23
Rwanda Government Com... @RwandaOGS
46K Followers 127 Following Follow us for updates on the work of the Government of Rwanda.
African Development B... @AfDB_Group
563K Followers 1K Following Making a Difference. Fr : @Groupe_AfDB
Fablice MANI @FabsVision
6K Followers 62 Following Pan-African Entrepreneur. I love to think things & try them.
Guillaume NDIZEYE @Mr_Ndizeye
397 Followers 54 Following #GOD | #Family | #Country | Entrepreneur | @elonmusk Fan | #Branding | #Comm | #Advertising | #Fintech | Geopolitics | Thinker | Analyst & Strategist |
Zack Hill @iranzifabrice
1K Followers 566 Following Changed my name to Zack Hill, Why? read my book " The point of death". Here I post about my Projects in Burundi, mainly @LionWeek
RegionWeek | Fr @RegionWeekFr
3K Followers 149 Following Actualité du #Burundi et de l'East Africa, depuis @RegionWeek, retrouvez toute information stratégique: Tél: +257 22281351 Email: [email protected]
Hon Evelyne Butoyi�... @ButoyiEvelyne
33K Followers 1K Following #Burundi Minister of Communications and Media. Former Ambassador for #Zambia, #Zimbabwe,#Malawi, #Angola & #COMESA
Vanessa Beeley @VanessaBeeley
143K Followers 4K Following Read the post or article before you respond to avoid caustic replies
Amb. Callixte Sinzink... @AmbSinzinkayo
4K Followers 1K Following Amb. Callixte Sinzinkayo, ancien Conseiller Principal à la Vice-Présidence de la République du Burundi
harumutasa/aljazeera @harumutasa
97K Followers 3K Following Haru Mutasa, Al Jazeera Media Network Born and raised in Zimbabwe #proudlyZimbabwean All posts personal views not my employers' or associates.









